Amatora y'ukwa 10 ku mugabane wa Afrika

Amatora y'ukwa 10 ku mugabane wa Afrika

Kuri uwo mugabane hitezwe amatora mu bihugu bitatu.

Muri ino video, BBC iragaruka ku vyaranze amatora muri kahise muri Guinee, Cote d'Ivoire na Tanzania.